وَمَا يُكَذِّبُ بِهِۦٓ إِلَّا كُلُّ مُعْتَدٍ أَثِيمٍ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNta wuhakana uwo musi atari uwimonogoje mu buhakanyi, umunyavyaha ruhebwa;