ثُمَّ إِذَا شَآءَ أَنشَرَهُۥ Kirundi Translation - Yusuf GahitiHanyuma igihe Yabishatse, Izomuzura, Imusubize ubuzima, kugira Imuharurire Inamuhembere ivyo yakoze.