لِيُحِقَّ ٱلْحَقَّ وَيُبْطِلَ ٱلْبَٰطِلَ وَلَوْ كَرِهَ ٱلْمُجْرِمُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiKugira Imana Allah Iheshe icubahiro ubwislamu n’abislamu, Iheze Ikureho ibangikanyamana n’ababangikanyamana n’aho vyoshavuza abanyavyaha barenga ku mabwirizwa yayo.