ٱلَّذِينَ عَٰهَدتَّ مِنْهُمْ ثُمَّ يَنقُضُونَ عَهْدَهُمْ فِى كُلِّ مَرَّةٍ وَهُمْ لَا يَتَّقُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y'Imana! Muri ivyo biremwa bibi rero, harimwo n’abayahudi wahaye isezerano ryo kutakurwanya canke kutifadikanya n’uwukurwanya, hanyuma barenga kuri nya sezerano kenshi uko bukeye uko bwije, eka ntibanatinya n’Imana Allah.