مَا سَلَكَكُمْ فِى سَقَرَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiBazobabaza bati: “Mbega, ni igiki catumye mwinjira mu muriro ubabura wama wegenyejwe?”.