caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muzzammil, Verse 9

Mecca · revelation order 3 · 73:9

رَّبُّ ٱلْمَشْرِقِ وَٱلْمَغْرِبِ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ فَٱتَّخِذْهُ وَكِيلًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah, ni Yo Mubungabunzi Rugaba w’ubuseruko n’uburengero n’ibiri hagati y’aho, nta mana rero ibwirijwe gusengwa atari Yo Yonyene gusa. Kubera ivyo rero, yizere uheze uyigire Umuhagarikizi wawe muri vyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70