caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 199

Mecca · revelation order 39 · 7:199

خُذِ ٱلْعَفْوَ وَأْمُرْ بِٱلْعُرْفِ وَأَعْرِضْ عَنِ ٱلْجَٰهِلِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Abantu ivyo bashoboye mu bikorwa n’imigenzo myiza, urabibakirira maze ubibashimire uko bingana kwose, ntukabasabe ivyo badashoboye. Babwirize no kugira ineza mu mvugo n’ingiro, uheze wirengagize inshirasoni.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70