caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 186

Mecca · revelation order 39 · 7:186

مَن يُضْلِلِ ٱللَّهُ فَلَا هَادِىَ لَهُۥ وَيَذَرُهُمْ فِى طُغْيَٰنِهِمْ يَعْمَهُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwubaye intumva, Imana Allah Ikamureka agahuba inzira kubera ubutumva bwiwe, nta n’umwe ashobora kumurongora mu nzira yayo. Izonabarekera mu bugarariji bwabo bajuragirika mu kubura ico bafata n'ico boreka hagati y'ukwemera n'ubuhuvyi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70