caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 161

Mecca · revelation order 39 · 7:161

وَإِذْ قِيلَ لَهُمُ ٱسْكُنُوا۟ هَٰذِهِ ٱلْقَرْيَةَ وَكُلُوا۟ مِنْهَا حَيْثُ شِئْتُمْ وَقُولُوا۟ حِطَّةٌ وَٱدْخُلُوا۟ ٱلْبَابَ سُجَّدًا نَّغْفِرْ لَكُمْ خَطِيٓـَٰٔتِكُمْ سَنَزِيدُ ٱلْمُحْسِنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIbuka Ntumwa y’Imana igarariza ryabo, igihe babwirwa bati: “Nimucumbike mu gisagara ceranda ca Bayti l-Maqdis, muheze mufungure n’akayabagu ivyo muzokwimburamwo mwisanzuye aho mushatse hose, muce muvuga muti: “Dusavye ikigongwe cawe Mana!”; maze mushoke mwinjira mu muryango w’ico gisagara mwunamiye Imana Allah, mwicishe bugufi, gutyo Duheze Tubagirire ikigongwe ku vyaha vyanyu. Tuzokwongerereza n’indishi abagwaneza muri mwebwe kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70