وَلَمَّا سُقِطَ فِىٓ أَيْدِيهِمْ وَرَأَوْا۟ أَنَّهُمْ قَدْ ضَلُّوا۟ قَالُوا۟ لَئِن لَّمْ يَرْحَمْنَا رَبُّنَا وَيَغْفِرْ لَنَا لَنَكُونَنَّ مِنَ ٱلْخَٰسِرِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBene Israyeli basenze nya gishusho c’ishashi y’inka mu gishingo c’Imana Allah, igihe baboneye neza ko mu vy’ukuri bahuvye inzira bakicuza, bahavuye bigaya, bavuga bati: “Imana yacu Rurema Allah, nitatugirira impuhwe Ikatwakirira ukwigaya kwacu, Ikanatugumiriza akabanga ku vyaha vyacu ntibiduhanire, ni ukuri tuzoba turi mu bantu bahomvye ubuzima bwabo”.