إِنَّ هَٰٓؤُلَآءِ مُتَبَّرٌ مَّا هُمْ فِيهِ وَبَٰطِلٌ مَّا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, aba biyeguriye ibigirwamana, ibangikanyamana ryabo rizohonywa, ivyo bakora mu gusenga, ni ibintazi ni n’ubuhuvyi”.
إِنَّ هَٰٓؤُلَآءِ مُتَبَّرٌ مَّا هُمْ فِيهِ وَبَٰطِلٌ مَّا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ