caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 131

Mecca · revelation order 39 · 7:131

فَإِذَا جَآءَتْهُمُ ٱلْحَسَنَةُ قَالُوا۟ لَنَا هَٰذِهِۦ وَإِن تُصِبْهُمْ سَيِّئَةٌ يَطَّيَّرُوا۟ بِمُوسَىٰ وَمَن مَّعَهُۥٓ أَلَآ إِنَّمَا طَٰٓئِرُهُمْ عِندَ ٱللَّهِ وَلَٰكِنَّ أَكْثَرَهُمْ لَا يَعْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiFirawuni n’abantu biwe, igihe cose bashikiwe n’ivyiza, baca bavuga bati: “Ibi tubironse kuko tubikwiye”. Baramutse naho bashikiwe n’amapfa, baca bidogera Musa bati: “Ibi bidushikiye kubera Musa n’abari kumwe na we baduhumiye”. Emwe! Ivyabashikiye vyose, vyabashikira nk’uko vyagezwe n’Imana Allah, bitewe n'ibicumuro n’igarariza vyabo, ariko abenshi mu bantu ba Firawuni nta vyo bazi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70