Kirundi Translation - Yusuf GahitiBamaze kumenya neza na neza ko ari wa murima wabo wahiye, barisubiyeko bati: “Ahubwo nyabuna twebwe, twavyatswe kubera umuzirikanyi wacu mubi”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses. →