تَكَادُ تَمَيَّزُ مِنَ ٱلْغَيْظِ كُلَّمَآ أُلْقِىَ فِيهَا فَوْجٌ سَأَلَهُمْ خَزَنَتُهَآ أَلَمْ يَأْتِكُمْ نَذِيرٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo muriro, uhakwa gushwanyagurika kubera ishavu ufitiye abagarariji. Uko hatawemwo umugwi w’abahakanyi, ni ko abawucungera bazobabaza bati: “Mbega ntuze, nta Mugabisha yigeze abashikira kw’isi?”;