caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Mulk, Verse 22

Mecca · revelation order 77 · 67:22

أَفَمَن يَمْشِى مُكِبًّا عَلَىٰ وَجْهِهِۦٓ أَهْدَىٰٓ أَمَّن يَمْشِى سَوِيًّا عَلَىٰ صِرَٰطٍ مُّسْتَقِيمٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega uwugenda yunamitse umutwe wiwe hasi, atabona iyo aja, yoba ari we atumbereye inzira igororotse kurusha! Canke uwugenda yunamutse, agororotse, abona iyo aja, ni we yoba ari mu nzira igororotse ishika[3]!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70