caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah As-Saff, Verse 6

Medina · revelation order 109 · 61:6

وَإِذْ قَالَ عِيسَى ٱبْنُ مَرْيَمَ يَٰبَنِىٓ إِسْرَٰٓءِيلَ إِنِّى رَسُولُ ٱللَّهِ إِلَيْكُم مُّصَدِّقًا لِّمَا بَيْنَ يَدَىَّ مِنَ ٱلتَّوْرَىٰةِ وَمُبَشِّرًۢا بِرَسُولٍ يَأْتِى مِنۢ بَعْدِى ٱسْمُهُۥٓ أَحْمَدُ فَلَمَّا جَآءَهُم بِٱلْبَيِّنَٰتِ قَالُوا۟ هَٰذَا سِحْرٌ مُّبِينٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka n'igihe Intumwa y’Imana Isa mwene Mariyamu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yavuga iti: “Emwe Bene Israyeli! Mu vy'ukuri Jewe, ndi Intumwa y’Imana kuri mwebwe, naje gushimangira ibiri mu Bitabu vy’aho hambere yanje, Tawurati na Zaburi, no gushikiriza inkuru nziza y’umuzo w’Intumwa y’Imana izoza inyuma yanje, yitwa Ahmadi (Muhamadi)”. Ariko rero, iyo Ntumwa Muhamadi imaze kuza ifise n’ivyemezo biboneka, bavuze bati: “Ubu, ni uburozi bugaragara”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70