caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Mujaadila, Verse 21

Medina · revelation order 105 · 58:21

كَتَبَ ٱللَّهُ لَأَغْلِبَنَّ أَنَا۠ وَرُسُلِىٓ إِنَّ ٱللَّهَ قَوِىٌّ عَزِيزٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah, Yaramaze guca iteka, Iti: “Ni ukuri, Nzotsinda Jewe Allah hamwe n’Intumwa zanje”. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Nyeninguvu, Nyenintsinzi-Mutaneshwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70