فَسَلَٰمٌ لَّكَ مِنْ أَصْحَٰبِ ٱلْيَمِينِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu gihe co gucikana abwirwa ati: “Urakagira iteka n’itekane kuba uri mu bantu b’iburyo”.