كَأَمْثَٰلِ ٱللُّؤْلُؤِ ٱلْمَكْنُونِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiKu bwiza bwa nya bakenyezi, wogira ngo ni lulu[2] zikiri aho zaremewe, zitarakorwako n’iminwe y’abantu;