تَنزِعُ ٱلنَّاسَ كَأَنَّهُمْ أَعْجَازُ نَخْلٍ مُّنقَعِرٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNya bihano vyarandurana n’imizi abantu bikabashikura, bikabajugunyira hariya, ibihimba vy’umubiri bigatandukana, umutwe ukwawo n’ibindi bihimba ukwavyo, bagasigara ari nka kurya kw’ibishitsi vy’ibiti vy’itende vyaranduwe.