caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qamar, Verse 15

Mecca · revelation order 37 · 54:15

وَلَقَد تَّرَكْنَٰهَآ ءَايَةً فَهَلْ مِن مُّدَّكِرٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ukuri, Twazigamye inkuru y’ivyashikiye Nuhu n’abantu biwe, kugira ibere abakurikiye mu nyuma, inkebuzo n’icemezo c’ubushobozi bwacu mu guhana ibigaba, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70