فَذَرْهُمْ حَتَّىٰ يُلَٰقُوا۟ يَوْمَهُمُ ٱلَّذِى فِيهِ يُصْعَقُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ababangikanyamana, bareke barendegere gushika igihe bahuye n’umusi wabo w’izuka bazohanirwako;
فَذَرْهُمْ حَتَّىٰ يُلَٰقُوا۟ يَوْمَهُمُ ٱلَّذِى فِيهِ يُصْعَقُونَ