قَالُوٓا۟ إِنَّا كُنَّا قَبْلُ فِىٓ أَهْلِنَا مُشْفِقِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze bavuge bati: “Mu vy’ukuri, mu buzima twabayeho mu bacu, aho hambere kw’isi, twaratinya Imana yacu Rurema Allah, tukamana impungenge ku bihano vyo ku musi w’izuka;