هَٰذِهِ ٱلنَّارُ ٱلَّتِى كُنتُم بِهَا تُكَذِّبُونَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiBazobwirwa n’agashinyaguro n’akantu bati: “Ng’uwo wa muriro mwahora muhakana ko utabaho;