فَوَيْلٌ لِّلَّذِينَ كَفَرُوا۟ مِن يَوْمِهِمُ ٱلَّذِى يُوعَدُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiUguhanwa nya guhanwa rero, ni ukw’abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo, bakazohanwa kuri wa musi wabo w’izuka basezeranirwa ko bazohanwa.
فَوَيْلٌ لِّلَّذِينَ كَفَرُوا۟ مِن يَوْمِهِمُ ٱلَّذِى يُوعَدُونَ