caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Adh-Dhaariyat, Verse 30

Mecca · revelation order 67 · 51:30

قَالُوا۟ كَذَٰلِكِ قَالَ رَبُّكِ إِنَّهُۥ هُوَ ٱلْحَكِيمُ ٱلْعَلِيمُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBa bashitsi b’abamalayika bamwishuye bati: “Iyo nkuru tuyikubwiye nk’uko yavuzwe n’Imana yawe Rurema Allah Yo Mushoboravyose; mu vy’ukuri Imana Allah, ni Intungane mu vyo Ikora, Nyenubumenyikurivyose”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70