ذُوقُوا۟ فِتْنَتَكُمْ هَٰذَا ٱلَّذِى كُنتُم بِهِۦ تَسْتَعْجِلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze bakabwirwa bati: “Nimuhonje ibihano vyanyu, ari na vyo mwahora mwihutira gusaba kw’isi ko mwohabwa”.
ذُوقُوا۟ فِتْنَتَكُمْ هَٰذَا ٱلَّذِى كُنتُم بِهِۦ تَسْتَعْجِلُونَ