caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 9

Medina · revelation order 112 · 5:9

وَعَدَ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ لَهُم مَّغْفِرَةٌ وَأَجْرٌ عَظِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Yarahaye isezerano abayemeye bakemera n’Intumwa yayo, bakanakora n’ivyiza bitegetswe, ko Ibagumiriza akabanga ku vyaha vyabo ntibibahanire, n’uko Izobahembera ivyo bakoze, Ikabaha impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru, burya Imana Allah ntirenga kw’isezerano.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70