إِنَّمَا ٱلْمُؤْمِنُونَ إِخْوَةٌ فَأَصْلِحُوا۟ بَيْنَ أَخَوَيْكُمْ وَٱتَّقُوا۟ ٱللَّهَ لَعَلَّكُمْ تُرْحَمُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ukuri abemeramana, ni abavukanyi mw’idini, muraheza rero munywanishe hagati y’abavukanyi banyu baramutse batase, maze mutinye Imana Allah muri ukwo kunywanisha kugira mugirirwe impuhwe na Yo.