caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Fath, Verse 9

Medina · revelation order 111 · 48:9

لِّتُؤْمِنُوا۟ بِٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦ وَتُعَزِّرُوهُ وَتُوَقِّرُوهُ وَتُسَبِّحُوهُ بُكْرَةً وَأَصِيلًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Ivyo vyose rero, Twabigize kugira mwemere Imana Allah n’Intumwa yayo, muharanire n’intsinzi y’idini ry’Imana Allah, muheze mwubahe Imana Allah, mwongere muyininahaze muyitazire igitondo n’umugoroba.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70