caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Fath, Verse 2

Medina · revelation order 111 · 48:2

لِّيَغْفِرَ لَكَ ٱللَّهُ مَا تَقَدَّمَ مِن ذَنۢبِكَ وَمَا تَأَخَّرَ وَيُتِمَّ نِعْمَتَهُۥ عَلَيْكَ وَيَهْدِيَكَ صِرَٰطًا مُّسْتَقِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKugira Imana Allah Ikubabarire ivyaha vyawe wakoze n’ivyo utarakora, ku kubera ko idini rizosasagara inyuma y’ayo masezerano, no kugira rero Imana Allah Igukwirize inema yayo y’iganza ry’idini ryayo, Iheze Igutsimbataze mu burongozi bw’inzira igororotse;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70