caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahqaf, Verse 6

Mecca · revelation order 66 · 46:6

وَإِذَا حُشِرَ ٱلنَّاسُ كَانُوا۟ لَهُمْ أَعْدَآءً وَكَانُوا۟ بِعِبَادَتِهِمْ كَٰفِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgihe rero abantu begeranirijwe hamwe ku musi w’izuka kugira baharurirwe, baheze bahemberwe ivyo bakoze, ibigirwamana bahora basenga kw’isi bizobabera abansi, bibihakane binabavume, maze vyihakane vyongere vyamirire kure ko bitigeze bimenya ko vyasengwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70