caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Jaathiya, Verse 14

Mecca · revelation order 65 · 45:14

قُل لِّلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ يَغْفِرُوا۟ لِلَّذِينَ لَا يَرْجُونَ أَيَّامَ ٱللَّهِ لِيَجْزِىَ قَوْمًۢا بِمَا كَانُوا۟ يَكْسِبُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira abemeye Imana Allah bagakurikira n’Intumwa yayo, bababarire ababagiriye nabi mu babangikanyamana batizeye indishi ku Mana Allah, batanatinya n’ibihano vyayo, kugira Imana Allah Izobahanire ivyaha vy'ivyo bari bararondeye kw’isi;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70