caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ash-Shura, Verse 44

Mecca · revelation order 62 · 42:44

وَمَن يُضْلِلِ ٱللَّهُ فَمَا لَهُۥ مِن وَلِىٍّ مِّنۢ بَعْدِهِۦ وَتَرَى ٱلظَّٰلِمِينَ لَمَّا رَأَوُا۟ ٱلْعَذَابَ يَقُولُونَ هَلْ إِلَىٰ مَرَدٍّ مِّن سَبِيلٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwubaye intumva rero, Imana Allah Ikamuhubisha inzira kubera ubutumva bwiwe mu kurenganya abandi, ntashobora kuronka umuhagarikizi n’umwe amurongora mu nzira yayo. Ntumwa y’Imana! Ku musi w’izuka, uzobona abirenganije mu bugarariji igihe babonye ibihano bibarindiriye, batakambira Imana Allah, bicuza bavuga bati: “Ubwo nta kuntu twosubizwa kw’isi tugaheza tukakwumvira ga Mana!”. Ico gihe rero, ntibazokwumvirwa namba;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70