caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ghaafir, Verse 82

Mecca · revelation order 60 · 40:82

أَفَلَمْ يَسِيرُوا۟ فِى ٱلْأَرْضِ فَيَنظُرُوا۟ كَيْفَ كَانَ عَٰقِبَةُ ٱلَّذِينَ مِن قَبْلِهِمْ كَانُوٓا۟ أَكْثَرَ مِنْهُمْ وَأَشَدَّ قُوَّةً وَءَاثَارًا فِى ٱلْأَرْضِ فَمَآ أَغْنَىٰ عَنْهُم مَّا كَانُوا۟ يَكْسِبُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega none, abahakanyi batigera banyurwa na Aayah hamwe n’ivyemezo vyayo, ntibaragendagenda kw’isi ngo birabire ukuntu iherezo ry’abahakanyi b’aho hambere yabo, ryagenze! Bari n’abantu bafise ingabo n’inguvu nyinshi kubarusha, basize n’ibisigarira bigizwe n’inyubakwa n’ibindi vyerekana ko bari bahambaye kubasumba! Ivyo barondeye vyose rero, nta co vyabamariye hageze guhanwa;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70