caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ghaafir, Verse 68

Mecca · revelation order 60 · 40:68

هُوَ ٱلَّذِى يُحْىِۦ وَيُمِيتُ فَإِذَا قَضَىٰٓ أَمْرًا فَإِنَّمَا يَقُولُ لَهُۥ كُن فَيَكُونُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi Yo Itanga ubuzima Ikanabwaka. Iyo rero Ishatse ikintu ko kiba, ni ukuri Ikibwira gusa Iti: “Ba” kigaca kiba ubwo nyene”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70