caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 79

Medina · revelation order 92 · 4:79

مَّآ أَصَابَكَ مِنْ حَسَنَةٍ فَمِنَ ٱللَّهِ وَمَآ أَصَابَكَ مِن سَيِّئَةٍ فَمِن نَّفْسِكَ وَأَرْسَلْنَٰكَ لِلنَّاسِ رَسُولًا وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ شَهِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuntu! Ivyiza ivyo ari vyo vyose uronse, biba bivuye ku Mana Allah. Ivyago na vyo bigushikiye, biba biturutse ku ngaruka y’ibikorwa vyawe bibi. Ntumwa y’Imana! Twakurungitse rero kugira ube Intumwa ku bantu bose, kandi rero burya Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Cabonakurivyose Yemeza ko washikirije vy’ukuri ubutumwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70