caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 73

Medina · revelation order 92 · 4:73

وَلَئِنْ أَصَٰبَكُمْ فَضْلٌ مِّنَ ٱللَّهِ لَيَقُولَنَّ كَأَن لَّمْ تَكُنۢ بَيْنَكُمْ وَبَيْنَهُۥ مَوَدَّةٌ يَٰلَيْتَنِى كُنتُ مَعَهُمْ فَأَفُوزَ فَوْزًا عَظِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo naho muronse impano zivuye ku Mana Allah, mugatsinda mukanaronka iminyago, ni ukuri ashoka avuga yicuza n’ishari n’akantu nk’aho ata rukundo rwari ruri hagati yanyu na we, ati: “Ewe jewe wanje! Ese iyo nja kuba ndi kumwe na bo ku rugamba, ngaheza nkarusimba, maze nkanaronka no ku minyago”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70