caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 58

Medina · revelation order 92 · 4:58

إِنَّ ٱللَّهَ يَأْمُرُكُمْ أَن تُؤَدُّوا۟ ٱلْأَمَٰنَٰتِ إِلَىٰٓ أَهْلِهَا وَإِذَا حَكَمْتُم بَيْنَ ٱلنَّاسِ أَن تَحْكُمُوا۟ بِٱلْعَدْلِ إِنَّ ٱللَّهَ نِعِمَّا يَعِظُكُم بِهِۦٓ إِنَّ ٱللَّهَ كَانَ سَمِيعًۢا بَصِيرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, Imana Allah Ibategeka kubungabunga imbitso z’ubwoko bwose mukazisubiza bene zo nk’uko mwazibikijwe, Ikanabategeka gutunganiriza abantu ata nkunzi mu gihe mubaciriye urubanza. Mu vy’ukuri, ni vyiza cane ivyo Imana Allah Ibahanura. Mu vy’ukuri, Imana Allah Yamye ari Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga; Nyenukubona, Irabona ivyo mukora.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70