caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 30

Medina · revelation order 92 · 4:30

وَمَن يَفْعَلْ ذَٰلِكَ عُدْوَٰنًا وَظُلْمًا فَسَوْفَ نُصْلِيهِ نَارًا وَكَانَ ذَٰلِكَ عَلَى ٱللَّهِ يَسِيرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo wese rero azorenga ku vyabujijwe n’Imana Allah, akihagira amatungo y’abandi ku karenganyo[8], aramenya ko Twebwe Allah Tuzomwinjiza mu muriro, kandi ukumuhanisha umuriro biroroshe ku Mana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70