caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 167

Medina · revelation order 92 · 4:167

إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ وَصَدُّوا۟ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ قَدْ ضَلُّوا۟ ضَلَٰلًۢا بَعِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, abagararije bagahakana bivuye inyuma ko uri Intumwa y’ukuri, bakanaburagiza abantu kwinjira mu bwislamu, ni ukuri baramaze guhuba uguhuba kuri kure cane y’ukuri.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70