caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 136

Medina · revelation order 92 · 4:136

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓا۟ ءَامِنُوا۟ بِٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦ وَٱلْكِتَٰبِ ٱلَّذِى نَزَّلَ عَلَىٰ رَسُولِهِۦ وَٱلْكِتَٰبِ ٱلَّذِىٓ أَنزَلَ مِن قَبْلُ وَمَن يَكْفُرْ بِٱللَّهِ وَمَلَٰٓئِكَتِهِۦ وَكُتُبِهِۦ وَرُسُلِهِۦ وَٱلْيَوْمِ ٱلْـَٔاخِرِ فَقَدْ ضَلَّ ضَلَٰلًۢا بَعِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEmwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimushishikare mwemera Imana Allah, Intumwa yayo Mahamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe zayo), Igitabu cayo ca Qor’ani Yamanuriye Intumwa yayo, hamwe rero n’ibindi Bitabu Yamanuriye izindi Ntumwa. Uwo wese rero azogarariza agahakana yivuye inyuma Imana Allah, abamalayika bayo, Ibitabu vyayo, Intumwa zayo, hamwe rero n’umusi w’iherezo, ni ukuri azoba yarahuvye uguhuba kuri kure cane y’ukuri.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70