إِنَّآ أَنزَلْنَآ إِلَيْكَ ٱلْكِتَٰبَ بِٱلْحَقِّ لِتَحْكُمَ بَيْنَ ٱلنَّاسِ بِمَآ أَرَىٰكَ ٱللَّهُ وَلَا تَكُن لِّلْخَآئِنِينَ خَصِيمًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mu vy’ukuri Twebwe Allah Twakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri kuzima, kugira utunganirize abantu bose ku vyo wahishuriwe ukerekwa n’Imana Allah, ntugakingire na gato rero abantu bihemukira mu kunyegeza ukuri;