قُلْ هُوَ نَبَؤٌا۟ عَظِيمٌ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira abantu bawe warungitsweko uti: “Iyi Qor’ani, ni inkuru ihambaye, ngirakamaro cane;