caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 52

Mecca · revelation order 58 · 34:52

وَقَالُوٓا۟ ءَامَنَّا بِهِۦ وَأَنَّىٰ لَهُمُ ٱلتَّنَاوُشُ مِن مَّكَانٍۭ بَعِيدٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBamaze kubona nya bihano rero, bazoca bavuga bati: “Twemeye Imana Allah, twemeye n’Ibitabu hamwe n’Intumwa vyayo”. Bishoboka gute ko bashika ku kwemera mu buzima bw’inyuma yo gupfa kandi baramaze kugera kure aho bitagikunda!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70