caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 4

Mecca · revelation order 58 · 34:4

لِّيَجْزِىَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ أُو۟لَٰٓئِكَ لَهُم مَّغْفِرَةٌ وَرِزْقٌ كَرِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmuhero w’isi rero uzobashikira, mu nyuma muzuke kugira Imana Allah Ihembe abayemeye bagakurikira Intumwa yayo, bakanakora n'ivyiza bitegetswe. Abo, ni bo rero bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, baheze bababarirwe mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bazonaronka n’impano zubashwe kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70