caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahzaab, Verse 63

Medina · revelation order 90 · 33:63

يَسْـَٔلُكَ ٱلنَّاسُ عَنِ ٱلسَّاعَةِ قُلْ إِنَّمَا عِلْمُهَا عِندَ ٱللَّهِ وَمَا يُدْرِيكَ لَعَلَّ ٱلسَّاعَةَ تَكُونُ قَرِيبًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Abantu barakubaza ku bijanye n’isango umuhero w’isi uzoshikirako mu ntumbero yo guhakana. Bakurire inkoni ku gishitsi, maze ubabwire uti: “Ni ukuri ubumenyi bw’isango ry’umuhero w’isi, buzwi gusa n’Imana Allah”. Mbega Ntumwa y’Imana! Wobibwirwa n’iki, kumbure hari n’aho isango rya nya muhero w’isi ryoba riri hafi gushika!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70