وَمَا كَانَ لِمُؤْمِنٍ وَلَا مُؤْمِنَةٍ إِذَا قَضَى ٱللَّهُ وَرَسُولُهُۥٓ أَمْرًا أَن يَكُونَ لَهُمُ ٱلْخِيَرَةُ مِنْ أَمْرِهِمْ وَمَن يَعْصِ ٱللَّهَ وَرَسُولَهُۥ فَقَدْ ضَلَّ ضَلَٰلًا مُّبِينًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNta ho vyakabaye mu gihe Imana Allah n’Intumwa yayo bashinze ingingo, ko umwemeramana n’umwemeramanakazi baca kubiri na nya ngingo bakishirira ahabo. Uwo wese rero agabitaniye Imana Allah n’Intumwa yayo, ni ukuri aba ari mu muzimagiza ugaragara uri kure cane y’ukuri.