caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahzaab, Verse 24

Medina · revelation order 90 · 33:24

لِّيَجْزِىَ ٱللَّهُ ٱلصَّٰدِقِينَ بِصِدْقِهِمْ وَيُعَذِّبَ ٱلْمُنَٰفِقِينَ إِن شَآءَ أَوْ يَتُوبَ عَلَيْهِمْ إِنَّ ٱللَّهَ كَانَ غَفُورًا رَّحِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyo biri ukwo, kugira Imana Allah Ihembere imvugakuri z’abemeramana ukwubahiriza isezerano no kwihangana ku bwayo, Iheze Ihane n’indyarya niyabishaka mu kutazishoboza kwigaya imbere yo gupfa, canke Izibabarire mu kuzishoboza kwigaya kuri Yo imbere yo gupfa. Mu vy’ukuri Imana Allah, Yamye ari Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70