فَأَعْرِضْ عَنْهُمْ وَٱنتَظِرْ إِنَّهُم مُّنتَظِرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Birabishe amaso, wirengagize ibangamira ry’ababangikanyamana, uheze urindire ico bagiye kwibonerako, mu vy’ukuri na bo nyene ntibicaye, bararindiriye mu kubatega imisi y’akaga, ariko rero Imana Allah Izobatetereza.